Burundi: umwimbu w’ibigori ugiye kuja mu minwe ya Reta
Mu gihe umurimyi yahora arima ibigori akimbura ariko agatahira imvune, maze inyungu igataha mu bagwizatunga bavuna amaboko abarimyi, ubu umwimbu w’ibigori mu Burundi ugiye kuja urakurikiranwa na Reta ishinga ibiciro vyo kugura intete z’ibigori yongera ibigarukana kw’isoko vyaheze, kugira abarimyi bahatorere akoyoko. Déo Guide Rurema, Umushikiranganji w’Uburimyi, Ubworozi n’Ibidukikije kuri uwu wa 01 Ruhuhuma 2021 … Lire la suite de Burundi: umwimbu w’ibigori ugiye kuja mu minwe ya Reta
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer