Umwigeme ashobora gusama inda hagati y’iminsi 4 canke 5 gusa mu kwezi
Nkuko tubisanga mu gitabo c’ubushobozi bwo kw’ibweshaho, muri rusangi ikirangaminsi co kuja mu kwezi ku mwana w’umwigeme kimara iminsi 28. Ariko rero kugira umenye neza ibihe wosamiramwo ubwirizwa kumenya ubwa mbere na mbere iminsi ikirangaminsi c’ukwezi cawe kimara, ni ukuvuga kuva ku munsi wa mbere w’ubutinyanka gushika ku wundi munsi bugarukiye. Ikimenyetso cerekana ko umwana … Lire la suite de Umwigeme ashobora gusama inda hagati y’iminsi 4 canke 5 gusa mu kwezi
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer