Umwanda mu kabare ? Biteye isoni !
Sasa rero, Njebarikanuye aje yiyamiriza umwanda uteye ishishi wibonekeza ku bubare bumwebumwe bwo mu bisagara kandi bavuga ngo n’ubwo abasirimu. Arababazwa n’ukuntu umwanda mukuru canke muto uwusanga kumpome, ku rupangu canke mu kigo c’akabare. Ubwo ba nyenebwo baraha agaciro amagara y’abahatumbera canke bahuzwa n’ifaranga gusa? Canke biva ku bahanwera? Mugenzi Gitimpoze, Si ishari canke inzigo … Lire la suite de Umwanda mu kabare ? Biteye isoni !
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer