« Umupoil » ngo yiruka mu gihe ca « lift » gusa

Abantu batari bake baranegura umuco w’abanyeshuri bo muri kaminuza y’Uburundi (« abapoils ») wo kwama bahagaze kw’ibarabara bagonze urutoke basaba « lift ». Ivyo bikaba vyibonekeza mu gihe baba baja canke bava kwiga. Ariko burya uwo muco ngo ntiwizanye. Wamutse ku kuntu bahoze bagenda n’imiduga, nk’uko bishikirizwa na Jean Ndikumana, umunyeshure yahoze ahiga. Isaha cumi … Lire la suite de « Umupoil » ngo yiruka mu gihe ca « lift » gusa