Umukenyezi, inkingi y’amahoro n’iterambere mu muryango, mukibano no kwisi yose

Urwaruka rurakwiye gukurana umutima runtu, rukaruka ruzi akamaro n’ikibanza ntangere umukenyezi afise mw’iterambere ry’imiryango n’igihugu. Ariko rero ngo ntaterambere rishoboka at’amahoro ahari. Urwaruka ntirwokwibagira kandi ko amahoro meza ahera mu rugo. Ku rundi ruhande naho ngo umugabo agirwa n’umugore kuko bose buzuzanya. Ninaco gituma umugabo yotana n’ikigazuzo imigenzo n’imico icinyiza umukenyenzi Hari mu kiyago cabaye … Lire la suite de Umukenyezi, inkingi y’amahoro n’iterambere mu muryango, mukibano no kwisi yose