Mu bushikiranganji bw’uburimyi bati: «umwimbu w’agatasi uzoba mwiza cane»

Inyuma y’amezi atatu abarimyi bashikirijwe ibijanye n’imyiteguro ya reta yari igamije gutunganya neza irima ry’agatasi, hafatiwe kandi ku ngendo zagizwe n’ubushikiranganji hamwe n’abashingamateka kuva ku wa 18 gushika ku wa 20 munyonyo 2019 mu ntara icenda bagashira ko n’ivyegeranyo bitangwa n’abajejwe uburimyi mu ntara, muri rusangi imirima mu gihugu c’Uburundi irateye igomwe. Ivyo vyashikirijwe na … Lire la suite de Mu bushikiranganji bw’uburimyi bati: «umwimbu w’agatasi uzoba mwiza cane»