«Tisane curative 2020», akayi gakinga kakanavura ingwara zitari nke
Abantu ngo barashobora kwikingira no kwivura ingwara umukimba bakoresheje icayi citwa Tisane Curative 2020 gikorwa mu ruvangatirane rw’amababi y’Umubirizi, Artemisia, Umukaratusi, Stevia na Quinquina. J. Paul Uwineza, Umuhinga yanonosoye ibijanye no gufungura akaba n’umukuru w’ishirahamwe ry’ubuhinga n’ubushakashatsi rijejwe gukinga no kuvura rikoresheje ibimera (SONUTD) avuga ko bahingura tisane curative 2020, ivura nyinshi kandi bayidandariza mu … Lire la suite de «Tisane curative 2020», akayi gakinga kakanavura ingwara zitari nke
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer