Ugiye kwipima ubwawe umugera wa Sida n’igipimo ‘Oraquick’
Inyuma y’aho bigaragariye ko hakiri abanyagihugu batinya kuja ku mavuriro kwipimisha umugera wa Sida, ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu mugambi wabwo w’ukugwanya ikiza ruhonyanganda Sida, bugiye gukwiragiza ibipimo ‘Oraquick’ mu ntara zose, aho umuntu we nyene agomvye azogitahana akipimira i muhira hanyuma akakigarukana. Haraheze imyaka yababa 4 ibipimo birenga 10.000 vyo mu bwoko bwa ‘oraquick’ bikoreshwa … Lire la suite de Ugiye kwipima ubwawe umugera wa Sida n’igipimo ‘Oraquick’
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer