Intonde z’ivyigwa z’abakomeye zirorohereza abana bafise ubumuga bwo kutumva no kutavuga?

Naho binanata bakiga nk’abandi bose, abana bagendana ubumuga bwo kutumva no kutavuga barahura n’intambamyi zitandukanye mu mashure bigamwo, nyinshi muri zo zikaba ziva k’ukuntu intonde z’ivyigwa zitunganije aho abafise ubwo bumuga bafatwa nk‘abatabufise. Vyemezwa n’abarezi babakurikirana ndetse n’abanyeshure nyene. Nk’uko umurezi wo kw’ishure ryigisha abana bagendana ubumuga bwo kwumva Ephphatha, Claude Bizoza abimenyesha, haba mu … Lire la suite de Intonde z’ivyigwa z’abakomeye zirorohereza abana bafise ubumuga bwo kutumva no kutavuga?