Vuba, haratanguzwa umugambi wo gukora ubwato bubiri bukeshwa amasezerano ari hagati y’ishirahamwe ryo gutwara abantu n’ibintu rikorera mu Burundi Vitraco hamwe na Ecocat Canada mu ntumbero yo kworosha ihanahanwa ry’ibidandazwa hagati y’Uburundi, Tanzaniya, RDC na Zambiya biciye mu kiyaga Tanganyika. Hari mu kwezi kwa Ruhuhuma 2020 aho ishirahamwe Ecocat Canada rikora ubwato ryatunganya inama idasanzwe … Lire la suite de Burundi : imiriyoni zirenga 2 z’amadorari ni zo zitegekanirijwe kwubaka inzira yo mu mazi ihuza ibihugu vyo mu karere
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer