Igiterwa « Artemisia » gikinga kikanavura indwara ya marariya kigiye gukwiragizwa mu Burundi
Mu mezi 2 ari imbere, imivyaro y’igiterwa « Artemisia » iri hagati y’imiriyoni 5 na 10 izoba imaze gukwiragizwa mu gihugu nk’uko Ginette Karirekinyana, umukuru w’ikigo ACECI (Agence Consultative en Ethique de la Coopération Internationale) mu Burundi, yabimenyesheje mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru. Muri ico kiganiro yaboneyeho akaryo ko kumenyesha akamaro k’ico giterwa aho yavuga ko … Lire la suite de Igiterwa « Artemisia » gikinga kikanavura indwara ya marariya kigiye gukwiragizwa mu Burundi
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer