Woba uzi ibimaze gukorwa mu kugwanya malaria, Ebola na korera mu Burundi?
« Abantu bapfa bahitanwe n’indwara ya malaria baragabanutse gushika ku rugero rurenga ibice 50%, umugera w’indwara ya Ebola wahagurukiwe bikwiye, eka n’abantu 235 bari bagwaye ikiza c’indwara ya korera baravuwe barakira. Ivyo na vyo bikaba vyashobotse kubera ingingo zafashwe n’ubushikiranganji bw’amagara yabantu yo gupima no kuvura abenegihugu ku buntu« . Vyashikirijwe na Thaddée Ndikumana umushikiranganji w’amagara y’abantu … Lire la suite de Woba uzi ibimaze gukorwa mu kugwanya malaria, Ebola na korera mu Burundi?
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer