Mu Burundi, abantu barenga 4 000 bararonkejwe urucanco rukinga umugera w’indwara ya Ebola

Kuva aho umugera wa Ebola wigaragarije mu gihugu ca Congo ugahitana abantu barenga 2000, harakozwe ubushakashatsi bwo gukinga ico kiza batako baratora urucanco rukinga uwo mugera wa Ebola witwa « Zaïre ». Ku bw’ivyo n’uBurundi bwarungukiye kuri urwo rucanco aho abantu bashika 4 105 biboneka ko bogeramirwa cane baruronse ku bantu 4320 bari barutegekanirijwe. Bishikirizwa … Lire la suite de Mu Burundi, abantu barenga 4 000 bararonkejwe urucanco rukinga umugera w’indwara ya Ebola