Ubumwe bw’ibihugu vya Buraya mu rugamba rwo gukinga umugera wa Ebola mu Burundi

Bubicishije mw’ishirahamwe mpuzamakungu rikurikirana amagara y’abantu kw’isi OMS, Ubumwe bw’ibihugu vya Buraya bwatanze kuri uwu wa 3 Nyakanga imfashanyo y’amahera angana n’ibihumbi 465 000 vy’amanyaburaya, mu ntumbero yo gushigikira umugambi w’igihugu wo gukinga umugera w’indwara ya Ebola mu Burundi. Kuva aho umugera w’indwara ya Ebola wibonekereje mu gihugu kibanyi ca Congo, Ubushikiranganji bw’amagara y’abantu mu … Lire la suite de Ubumwe bw’ibihugu vya Buraya mu rugamba rwo gukinga umugera wa Ebola mu Burundi