Sobanukirwa ibiranga ingoma, imwe mu bigize itunga rusangi kw’isi yose
Abantu benshi barakunda umurisho w’ingoma y’Uburundi. Ikivyemeza ni uko mu 2014 yashizwe mu mugwi w’ibigize itunga rusangi kw’isi yose. Ariko burya ngo naho ingoma ikunzwe, bose ntibayitahura kumwe. Ikinyamakuru Jimbere caraganiriye na Oscar Nshimirimana umukuru w’ikigabiro co mu Gishora hamwe na Astère Ndikumana atwara umugwi w’intambo ndangakaranga « Intatana » , baratuyagira ibintu twomenya ku … Lire la suite de Sobanukirwa ibiranga ingoma, imwe mu bigize itunga rusangi kw’isi yose
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer