Naho hacibonekeza abana barwara indwara zituruka ku gufungura nabi, ivyo na vyo bikaba kenshi biva ku bukene canke ku kutamenya kw‘abavyeyi kw’ukugene botegura imfungurwa, Fidèle Nkezabahizi arongoye ikigo c‘igihugu kiraba ibijanye no gufungura neza Pronianut (programme National de l’Alimentation et la Nutrition) avuga ko kuva mu mwaka wa 2010 gushika 2019, ibitigiri vyagabanutse gushika ku … Lire la suite de Mu Burundi, ibitigiri vy’abana barwara bivuye ku gufungura nabi vyaragabanutse gushika ku bice 4% mu kiringo c’imyaka 9
Copiez-collez cette URL dans votre site WordPress pour l’inclure
Copiez-collez ce code sur votre site pour l’y intégrer