« Ababorayi » b’i Bujumbura ngo baryamye ku gahiye

N’ubwo hari abantu usanga basuzugura ubuzi bivanye n’ingene bukorwa canke aho bukorerwa bigasa nkuko umengo ni ukwisuzuguza, ariko hari n’abandi babona ko ata mwuga udakiza iyo umuntu yawushizeko umutima akawurangurana intumbero y’ico ashaka kugerako. Ikinyamakuru Jimbere kikaba rero caragendeye bamwe mu boza imiduga n’amapikipiki bo mu gisagara ca Bujumbura bita « ababorayi » baratuyagira ingene … Lire la suite de « Ababorayi » b’i Bujumbura ngo baryamye ku gahiye